Featured Posts

[Travel][feat1]
Seo Services

NEWS|Asmani Gahungu niwe yatahukanye agashimwe mw'isabukuru Festicab 2019

juin 12, 2019
Inyuma yo kuboneka mw'isabukuru ry'amareresi imyaka itari mike, aho mbere yari yahisemwo gutenyenya gato ngo arabe aho agicumbagira,  Asmani Gahungu aza yashikira icipfuzo ciwe.


Amareresi 10 y'abarundi niyo yari mwihiganwa muri rino sabukuru rigira 11 ry'amareresi,  aho mbere hibonekeje ko iterambere ririko riraza mugutunganya amareresi ndundi, nkuko uwatanguje iryo sabukuru Leonce NGABO yavyivugiye.

INTIMBA Y'IMPFUVYI niyo reresi yatahukanye ikibanza c'ambere mbere inakira ubundi bishimwe bubiri bw'umukinyi w'umwigeme n'umuhungu bavyifashemwo neza.

Nobibutsa ko icivugo cari Urwaruka n'amagara y'abantu.

NEWS|Asmani Gahungu niwe yatahukanye agashimwe mw'isabukuru Festicab 2019 NEWS|Asmani Gahungu niwe yatahukanye agashimwe mw'isabukuru Festicab 2019 Reviewed by Judy Caelle on juin 12, 2019 Rating: 5

MUSIC| Ufise gute? by Natacha

juin 03, 2019



MUSIC| Ufise gute? by Natacha MUSIC| Ufise gute? by Natacha Reviewed by Judy Caelle on juin 03, 2019 Rating: 5

MUSIC| DODA BY DJ PAULIN Feat MB DATA AND B FACE

juin 03, 2019



MUSIC| DODA BY DJ PAULIN Feat MB DATA AND B FACE MUSIC| DODA BY DJ PAULIN Feat MB DATA AND B FACE Reviewed by Judy Caelle on juin 03, 2019 Rating: 5

MUSIC| Abatovyi by Kidumu X Don brigther

juin 03, 2019




MUSIC| Abatovyi by Kidumu X Don brigther MUSIC| Abatovyi by Kidumu X Don brigther Reviewed by Judy Caelle on juin 03, 2019 Rating: 5

MUSIC| Umbamwo by Esther Nish X Kidumu

juin 03, 2019



MUSIC| Umbamwo by Esther Nish X Kidumu MUSIC| Umbamwo by Esther Nish X Kidumu Reviewed by Judy Caelle on juin 03, 2019 Rating: 5

MUSIC| Sibeza by Fizzo

juin 03, 2019
E-plus irabazamiye indirimbo Sibeza by Fizzo



MUSIC| Sibeza by Fizzo MUSIC| Sibeza by Fizzo Reviewed by Judy Caelle on juin 03, 2019 Rating: 5

SPORT| ISHINGURWA RYA PAPY FATY

mai 10, 2019
Kur'uno musi w'igenekerezo rya 10 rusama 2019, niho umukinyi rurangiranwa, akinira umurwi nserukira gihugu Papy Faty yashinguranwa iteka n'umuryango, incunti, n'abagenzi.
Abantu insinzi bari bishikiye kw'itongo ry'abapfuye ku mpanda ngo bamuherekeze.


Yapfubanywe iteka, aho mbere kw'isandugu yiwe hariko ibendera rihayagiza igihugu c'uBurundi

Twobibutsa y'uko ashinguwe inyuma y'indwi zibiri yitavye Iyamuremye aho yariko arakina mumurwi wiwe Mswati uri mu igihugu ca Swaziland
SPORT| ISHINGURWA RYA PAPY FATY SPORT| ISHINGURWA RYA PAPY FATY Reviewed by Judy Caelle on mai 10, 2019 Rating: 5

MUSIC| 50-100 Amabuno by Sat B, Best Life Music, Belle 9ice, Clementine Kavy & Bain Turo

mai 07, 2019
MUSIC| 50-100 Amabuno by Sat B, Best Life Music, Belle 9ice, Clementine Kavy & Bain Turo MUSIC| 50-100 Amabuno by Sat B, Best Life Music, Belle 9ice, Clementine Kavy & Bain Turo Reviewed by Judy Caelle on mai 07, 2019 Rating: 5

MUSIC| Nielewe by Wind divin

mai 07, 2019
MUSIC| Nielewe by Wind divin MUSIC| Nielewe by Wind divin Reviewed by Judy Caelle on mai 07, 2019 Rating: 5

MUSIC| Esther by GN ft Dj Patman

mai 07, 2019
MUSIC| Esther by GN ft Dj Patman MUSIC| Esther by GN ft Dj Patman Reviewed by Judy Caelle on mai 07, 2019 Rating: 5

MUSIC| sabo by BelleNice

avril 12, 2019
MUSIC| sabo by BelleNice MUSIC| sabo by BelleNice Reviewed by Judy Caelle on avril 12, 2019 Rating: 5

MUSIC | Dawe na mawe by Sisco sniper ft Lydia

février 24, 2019

MUSIC | Dawe na mawe by Sisco sniper ft Lydia MUSIC | Dawe na mawe by Sisco sniper ft Lydia Reviewed by Judy Caelle on février 24, 2019 Rating: 5

MUSIC | Namba moja by B Face

février 24, 2019

MUSIC | Namba moja by B Face MUSIC | Namba moja by B Face Reviewed by Judy Caelle on février 24, 2019 Rating: 5

Advertise your Business here

Seo Services
Fourni par Blogger.