Seo Services

News | Kingorongoro: Imyiteguro igeze ku musozero

Inyuma yo gutangaza ko yatakaye, agaca arekura indirimbo Coming soon, kingorongoro yaremeye ko atagiye kwicara kuko n'ibikorwa yari yemereye abakunzi b'umuziki ndundi arivyinshi kandi bisukuye.



Abarizwa mu gihugu ca Tanzaniya, aho habonetse amasanamu yashoboye gushira ahabona naho atashoboye gusigura ivyo arimwo.



Kingorongoro ari muri piscine


imodoka ikoreshwa mu masanamu y'indirimbo ya Kingorongoro


E plus, twaregereye uwuhagarakira ibikorwa vya Kingorongoro ariwe Wanda Boy arongoyeTrust nobody, yashoboye kutubwira ko ari indirimbo nshasha bariko batunganya muri za ndirimbo zine bemerera igihe basohora indirimbo Ex-Girlfreind, kandi ngo vuba bararekura iyindi ndirimbo.
News | Kingorongoro: Imyiteguro igeze ku musozero News | Kingorongoro: Imyiteguro igeze ku musozero Reviewed by Judy Caelle on décembre 29, 2018 Rating: 5

1 commentaire:

Advertise your Business here

Seo Services
Fourni par Blogger.