Seo Services

NEWS|Asmani Gahungu niwe yatahukanye agashimwe mw'isabukuru Festicab 2019

Inyuma yo kuboneka mw'isabukuru ry'amareresi imyaka itari mike, aho mbere yari yahisemwo gutenyenya gato ngo arabe aho agicumbagira,  Asmani Gahungu aza yashikira icipfuzo ciwe.


Amareresi 10 y'abarundi niyo yari mwihiganwa muri rino sabukuru rigira 11 ry'amareresi,  aho mbere hibonekeje ko iterambere ririko riraza mugutunganya amareresi ndundi, nkuko uwatanguje iryo sabukuru Leonce NGABO yavyivugiye.

INTIMBA Y'IMPFUVYI niyo reresi yatahukanye ikibanza c'ambere mbere inakira ubundi bishimwe bubiri bw'umukinyi w'umwigeme n'umuhungu bavyifashemwo neza.

Nobibutsa ko icivugo cari Urwaruka n'amagara y'abantu.

NEWS|Asmani Gahungu niwe yatahukanye agashimwe mw'isabukuru Festicab 2019 NEWS|Asmani Gahungu niwe yatahukanye agashimwe mw'isabukuru Festicab 2019 Reviewed by Judy Caelle on juin 12, 2019 Rating: 5

Aucun commentaire:

Advertise your Business here

Seo Services
Fourni par Blogger.